BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Kubera iki Ubushinwa bugenda bwongereza ibirwanisho vya nikleyere?
Icegeranyo ca Pentagon co mu 2024 kivuga ko Ubushinwa bushobora kurwiza na kabiri ibisasu vya nikleyere aho gushika mu 2030 ivyo birwanisho bishobora gushika ku 1,000.
Nta biganiro n’Amerika bitegekanijwe muri iyi ndwi – Iran
Iran ivuga ko itazogirana ibiganiro vy’ubuhinga na Reta Zunze Ubumwe za Amerika muri iyi ndwi, nk’uko vyandikwa na BBC Persian, ishami rya BBC ryandika mu rurimi rw’igi perse.
Igikombe cy'isi 2026: Ni ibihe bihugu bimaze gusezererwa?
Mu bihugu 48 bihatanira igikombe cy'isi cya 2026, 17 ubu byamaze gusezererwa nyuma y'uko imikino yo mu matsinda irangiye.
Muhoozi yategetse iyugarwa rya NTV Uganda n'ibindi binyamakuru
Nta nsiguro y'icese gushika ubu iratangwa y'imvo y'ico gikorwa canke ishingiro ry'amategeko ryo kwugara ivyo binyamakuru.
Burkina Faso yaciye imigenderanire n'Ubufaransa
Abasirikare batwara ico gihugu co muri Afrika y'Uburengero bagiriza igihugu cahoze kigitwara gikoroni kubangamira inyungu za co.
Ikibuga c'igikombe c'isi ciza kurusha ibindi? Abahinga ba BBC Sport barafise ico bavuga
Abamenyeshamakuru ba BBC Sport baravuga ibibuga vyabaryoheye kuruta ibindi mu Gikombe c’Isi 2026.
Meloni na Trump: Ingene bacanyemwo n'ingene bigoye kwigarura
Umushikiranganji wa mbere w'Ubutariyano si kera aho yitwa ''uwuvugira mu gutwi kwa Trump", ariko imigenderanire yabo ubu yavuye ku guterana amajambo icese gushika ku gutukana.
DR Congo yitwariye Urwanda muri sentare mpuzamakungu
Reta ya Congo yagiriza igihugu kibanyi kurenga ku masezerano atandukanye kuva inyuma ya jenoside yo mu 1994 mu Rwanda.
Imvo n'Imvano ku nzoga 'zigisibije' mu Burundi
Izo nzoga bivugwa ko zibangamiye amagara y'abantu ziriyamirizwa n'abategetsi ariko abazikora babifitiye impusha kandi zinjiza amafaranga menshi mu gihugu.
Kuki Amerika yafatiye ibihano kompanyi enye z'amabuye y'agaciro z'u Rwanda n'abazikuriye?
Amerika ivuga ko itazemerera udutsiko kungukira mu bucuruzi bw'amabuye y'agaciro bunyuranyije n'amategeko no guteza umutekano mucye mu karere.
Ngaba abafana ba ruhago bahembwa $50,000 kugira ngo barebe imikino yose y'Igikombe cy'Isi
Ese wakwemera kureba imikino 104 uri mu cyumba cy'ibirahure kiri mu gace ka Times Square mu mujyi wa New York?
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
'Vyaravuzwe ko nkorana n'amashetani' – Umurundikazi Kamikazi avuga kw'ihohoterwa yagiriwe ku mbuga hwaniro
Mu Burundi, abatari bake basigaye bakoresha cane imbuga ngurukanabumenyi ariko kubera ata buhinga buhari bwo kugenzura izo mbuga, bituma zikorerwako amabi atandukanye harimwo n'ayashingiye ku gitsina.
Kuki Ubwongereza buhora buhindura ba Minisitiri w'intebe?
Sir Keir Starmer ni we Minisitiri w'intebe w'Ubwongereza wa gatandatu weguye mu myaka 10 ishize. Umunyamakuru wa BBC Rob Watson arasuzuma impamvu zitera uku guhora ibintu bihindagurika.
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Amerika 'yahaye' DR Congo umuti ukiri mu igerageza wa Ebola ngo ukoreshwe ku barwayi
Iyi ni impinduka ku ho Amerika yari ihagaze kuko uwo muti ukiri mu igerageza yawugeneraga Abanyamerika gusa.
Muhanga: Inkuru y'umugore wihebeye akazi ko gusudira
Nyuma y'imyaka igera kuri 30 akora aka kazi, Françoise Umuhoza avuga ko nta wundi mwuga wamurutira uyu wo guteranya ibyuma akoresheje umuriro.
Uko bimeze kuba mu bihugu bitekanye kurusha ibindi ku isi mu 2026
Muri rusange ibipimo by’amahoro byifashe nabi mu bihugu 99, ikaba ibaye imyaka 12 yikurikiranya y'igabanuka ry'umutekano ku isi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango



